Urunganwe rwo mu myaka izoza ruzovyumva nk’umugani

Nta muntu ayobewe y’uko abarundi bo hambere bari bafise ubutandukane butari buke. Ibi vyabonekera ku kugene bari bafise amoko n’imiryango bitandukanye. Yaba amoko canke imiryango, vyose bigenda bizimangana uko imyaka igenda.

Umuryango ni iki?

Umuryango ni umugwi w’abantu, baba hamwe kandi bagokomoka ku muntu umwe. Barangwa no kwumvikana muri vyose, ugufashanya ndetse n’ugutabarana.

Publicités

Une réflexion sur “Urunganwe rwo mu myaka izoza ruzovyumva nk’umugani

Laisser un commentaire

Choisissez une méthode de connexion pour poster votre commentaire:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion /  Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion /  Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion /  Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion /  Changer )

w

Connexion à %s